Verse 1
Nagerageje gusenga igihe kirekire
Imisi iracamwo n’amezi, n'imyaka vyose
Muri ivyo bihe vyose ntaco nabonye
Ariko amasengesho yanje yabaye
Nkaho ndiko ndaseka impome
Nkaho ndiko ndaseka impome
Niho numva ijwi ryawe rimbwira riti
Ntutinye kuko jewe ndi kumwe nawe
Ndi kumwe nawe
Ntukihebure kuko ndi kumwe nawe
Hook:
Komeza
Shishikara nu Gusenga
Komeza
Shishikara nu Gusenga
Chorus:
Nturuhe eee
Shikama nu gusenga
Nturuhe eeee
Shikama nu gusenga
Nturuhе eeee
Shikama nu gusenga
Nturuhe eeee
Hook:
Komeza
Shishikara nu Gusеnga
Komeza
Shishikara nu Gusenga
Verse 2:
Niho numva ijwi ryawe rimbwira riti
Ntutinye kuko jewe ndi Kumwe nawe
Ntukihebure kuko ndi Mana yawe
Hook:
Komeza
Shishikara nu Gusenga
Komeza
Shishikara nu Gusenga
Verse 3:
Naho vyokwanka gute: Senga
Naho vyoteba gute: Senga
Naho utobona inyishu; Senga
Yacuhanga Amaso abantu; Senga
Ntukidodombe nagato: Senga
Ntukihebure Ncuti: Senga
Iyasezeranye izobishitsa: Senga
Komeza ncuti usenge: Senga
Chorus:
Nturuhe eee
Shikama nu gusenga
Nturuhe eeee
Shikama nu gusenga
Nturuhe eeee
Shikama nu gusenga
Nturuhe eeee
Hook:
Komeza
Shishikara nu Gusenga
Komeza
Shishikara nu Gusenga