Video de: Miss You Lyrics Sat B » Soul Fox.MusicaDe.Win

Bienvenidos a Fox.MusicaDe.Win Disfruta del Video de: Miss You 2025 Sat B » Soul y comparte musicas con los amigos, Musica Gratis 2025! Fox.MusicaDe.Win!.

Video de: Miss You Lyrics Sat B » Soul

Sat B - Miss You Lyrics


Miss You Lyrics
Jigger Beat
Sat-B
Romantic Sounds
Verse 1
Allo Bite Christa bwakeye
Waramutse gute ? waramutse neza?
Ko nkuhamagara ntiwitabe
Nyitaba basi wumv’ico nkubwira
Aho Umbona Nta Mahoro
Kubera ya Ncuti yawe
Ndazi kumushikira ubu butumwa
Mubwire uti vyanse vyanse
Kagoheka
Vyanse ko amara na kabiri
Niwateba
Uzosanga yiyahuye ! yiyahuye
Uti mimba ari amakosa yiwe
Nashimye kuyirengagiza
Nkuko ryari isezerano ryokuzo
Kwihanganirana
Uti nta kamaro ko kwihisha
Burigihe iyo duhuye
Nimba ari amakosa
Narayanubabariye darling

Chorus:
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget Darling
Oh Darling (x2)


Verse 2
Tumeshindwa kuelewana ila
Nampenda sana
Ajuwe Roho Yangu Anaicoma
Kutwa kutukana mapenzi
Yamekuwa noma
Oh nateseka sana
Nimefika Mpaka Dar
Kumsaka mondi wa tandale
Anieleze nini siri yamafanikio
Niweze kukutunza
Sijamuona
Oh mama sijamuona
Kwani wapo wengi kama mimi
Walokosewa na leo wameridhika na
Wao wapenzi
Nagerageje kumwibagira
Ariko bimbera umuti urura
Mbega nibiki ko agumya umutima
Bikamunanira no kunsaba ibambazi
Imbabazi nizo zubaka
Nizo Zubaka ingo zabasogukuru
Harya ivy’isi ivy’isi n’ubusaaaaa


Chorus:
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget Darling
Oh Darling (x2)

Miss You » Sat B Letras !!!
Esta web no aloja ningun archivo mp3©Fox.MusicaDe.Win 2025 Colombia - Chile - Argentina - Mexico. All Rights Reserved.

Musica Online, Escuchar musica online , Musica En Linea, Musica en linea gratis, Escuchar Musica Gratis, Musica Online 2025, Escuchar Musica

Musica 2025, Musica 2025 Online, Escuchar Musica Gratis 2025, Musica 2025 Gratis, Escuchas, Musica de Moda.